BURUNDI : KWIBUKA PREZIDA MELCHIOR NDADAYE...
BURUNDI : KWIBUKA PREZIDA MELCHIOR NDADAYE 21/10/1993 – 21/10/2017 | Ikondera Libre https://t.co/7YZ4PW0C3Y
November 08, 2017
/https%3A%2F%2Fikonderalibre.com%2Fwp-content%2Fuploads%2F2017%2F11%2F2017-11-07-PHOTO-00000104.jpg)
BURUNDI : KWIBUKA PREZIDA MELCHIOR NDADAYE 21/10/1993 - 21/10/2017
Imyaka 24 irashize, Prezida Melchior Ndadaye agandaguwe. Hari mu ijoro ryo kuwa 20 rishyira 21/10/1993. Melchior Ndadaye yari amaze amezi atatu gusa atorewe kuyobora u Burundi. Abarundi aho bari hose, ngo buri mwaka bahurira mu mihango yo kwibuka Prezida Melchior Ndadaye. Umunyamakuru w'Ikondera Libre, Vestina Umugwaneza yadukurikiraniye imihango yabereye i Buruseli mu bubiligi, no mu Buholandi.