BBC Gahuza - Facebook yashizeho urubuga rukoreshwa...
BBC Gahuza - Facebook yashizeho urubuga rukoreshwa ku kazi https://t.co/YZO84rD5A4
October 22, 2016
/https%3A%2F%2Fichef-1.bbci.co.uk%2Fnews%2F1024%2Fcpsprodpb%2F62B2%2Fproduction%2F_91766252_37622781.jpg)
Facebook yashizeho urubuga rukoreshwa ku kazi - BBC Gahuza
Facebook yatanguje urubuga rushasha rwitwa Workplace, ruzofasha amashirahamwe gushiraho inzira yo gutumatumanako amakuru. Urwo rubuga rusa na Facebook, kandi rufise ibibanza vya nkenerwa harimwo aho gushira video ikibiriraho no kurungika ubutumwa, ariko ntirushobora gukoreshwa n'umuntu ku giti ciwe. Urwo rubuga rwiyumviriwe kugira rusubiririre ubundi buryo bwo gutumatumanako nka mail mu guhanahana amakuru ku kazi.
http://www.bbc.com/gahuza/amakuru-37622781?post_id=257769441273836_308552309528882
/http%3A%2F%2Fpbs.twimg.com%2Fprofile_images%2F740693396336082944%2F1w2tpjoZ_normal.jpg)
