BBC Gahuza - Afrika y'epfo yamenyesheje ONU ko...
BBC Gahuza - Afrika y'epfo yamenyesheje ONU ko igiye kuva muri ICC https://t.co/MzgryMdJKL
October 22, 2016
/https%3A%2F%2Fichef-1.bbci.co.uk%2Fnews%2F1024%2Fcpsprodpb%2FA42F%2Fproduction%2F_92013024_hi017265797.jpg)
Afrika y'epfo yamenyesheje ONU ko igiye kuva muri ICC - BBC Gahuza
Igihugu ca Afrika y'epfo cabwiye ishihamwe mpuzamakungu ONU, ko kigiye kuva muri sentare mpuzamakungu mpanavyaha iri La Haye, ICC. Umushikiranganji ajejwe ubutungane, Michael Masutha, yavuze ko integuro y'itegeko rifata ico cemezo izoshikirizwa inama nshingamateka. Bwana Masutha yavuze ko kuba umunyamuryango wa ICC bituma Afrika y'epfo itarangura igikorwa cayo co kuba umuhuza mu biganiro vy'amahoro mu karere.
http://www.bbc.com/gahuza/amakuru-37728741?post_id=257769441273836_308552449528868
/http%3A%2F%2Fpbs.twimg.com%2Fprofile_images%2F740693396336082944%2F1w2tpjoZ_normal.jpg)
