Burundi : umuvugizi w'ishyaka UPD-Zigamibanga yaraye yishwe
Burundi:Umuvugizi wa UPD-Zigamibanga yishwe - BBC Gahuza
Mu gipolisi bavuga ko yarashwe n'abantu bataramenyekana bamutegereye atashe iwe igihe c'isaha zine z'ijoro. Umukuru w'uwo mugambwe UPD, Zed Feruzi nawe nyene yishwe arashwe mu kwezi kwa gatanu. Hari