Burundi : abantu bataramenyekana baraye bateye ikigo cya gisilikare
Igitero ku kirindiro c'abasirikare mu Burundi - BBC Gahuza
Abantu bataramenyekana baraye bagavye igitero ku kirindiro c'abasirikare mu micungararo y'igisara ca Bujumbura. Igisirikare c'u Burundi kiremeza ko ico gitero cagabwe ku kirindiro kiri ahitwa ...