Prezida Mnangagwa wa Zimbabwe yiyemeje gutwarira...
Prezida Mnangagwa wa Zimbabwe yiyemeje gutwarira bose - BBC Gahuza https://t.co/qZHJ1S81a9
November 25, 2017
/https%3A%2F%2Fichef.bbci.co.uk%2Fnews%2F1024%2Fbranded_gahuza%2F92FD%2Fproduction%2F_98892673_4bde3263-1a9c-4d3c-9e3b-2661f5b935ae.jpg)
Prezida Mnangagwa wa Zimbabwe yiyemeje gutwarira bose
Prezida mushasha wa Zimbabwe ahejeje kurahira yashimagije uwo asubiriye Robert Mugabe ananiyemeza gushumbusha abazungu batswe amatongo Mw'ijambo yashikirije ku kibuga cuzuyemwo abantu cas Harare, yavuze ko Mugabe ari we yamwigishije politike kandi ko bakoranye neza mu gisirikare. Avuga kuri politike yateye impari nyinshi ya Mugabe yo kwaka amatongo abazungu, Mnangagwa yavuze adashobora kuyiharira canke kuyisubiramwo.
/http%3A%2F%2Fpbs.twimg.com%2Fprofile_images%2F929589070455562242%2FWqeIR_Cz_normal.jpg)
