Raila Odinga ntazokwitaba amatora ya prezida muri...
Raila Odinga ntazokwitaba amatora ya prezida muri Kenya - BBC Gahuza https://t.co/K1jsGMBNwO
October 11, 2017
/https%3A%2F%2Fichef-1.bbci.co.uk%2Fnews%2F1024%2Fbranded_gahuza%2F519E%2Fproduction%2F_98249802_2ac20e5b-ff21-44ea-b478-e998bbd5fd9d.jpg)
Raila Odinga ntazokwitaba amatora ya prezida muri Kenya
Raila Odinga avuga ko ashaka ko haba amatora mashasha hakurikijwe ivyasabwe na sentare ntahinyuzwa. Odinga avuga ko ashaka amatora mashasha hakurikijwe ivyasabwe na sentare ntahinyuzwa. Ayo matora yo kuwa 26 azoba ari ayo gusubiramwo ayabaye mu kwezi kw'umunani, inyuma y'aho sentare ntahinyuzwa muri Kenya ifutiye ivyari vyayavuyemwo.
/http%3A%2F%2Fpbs.twimg.com%2Fprofile_images%2F899062862106296320%2F_cg7dcfO_normal.jpg)
