Umushikiranganji wa mbere wa Iraq yakeje...
Umushikiranganji wa mbere wa Iraq yakeje abanyagihugu ku ntsinzi ya Mosul - BBC Gahuza https://t.co/DahwCfzsEc
July 10, 2017
/https%3A%2F%2Fichef-1.bbci.co.uk%2Fnews%2F1024%2Fbranded_gahuza%2F1198C%2Fproduction%2F_96867027_bad3e512-a34a-44c2-b2a3-5d66a488d85c.jpg)
Umushikiranganji wa mbere wa Iraq yakeje abanyagihugu ku ntsinzi ya Mosul - BBC Gahuza
Umushikiranganji wa mbere Haider al-Abadi, yakeje igisirikare n'abanyagihugu ba Iraq akaba yitezwe gushirikza ijambo ryo kwigina intsinzi. Kuri uyu w'Imana hari hiriwe amakuru avuga ko intambara zigikomeza, kandi haboneka ibigundu vy'imyotsi hejuru y'umuji. Biravugwa ko abagwanyi 30 bishwe igihe bagerageza guhunga bava muri Mosul.
/http%3A%2F%2Fpbs.twimg.com%2Fprofile_images%2F740693396336082944%2F1w2tpjoZ_normal.jpg)
