Umugambi AGATEKA, wo mu Burundi watahukanye...
Umugambi AGATEKA, wo mu Burundi watahukanye igihembo - BBC Gahuza https://t.co/uGSyxz0OEh
April 30, 2017
/https%3A%2F%2Fichef-1.bbci.co.uk%2Fnews%2F1024%2Fbranded_gahuza%2F1004B%2Fproduction%2F_95811656_p0518h5j.jpg)
Umugambi AGATEKA, wo mu Burundi watahukanye igihembo - BBC Gahuza
Mu kiganiro c'abagore co kuru uyu wa gatatu, BBC yaganirije Francoise Nibizi, umurundikazi yabaye intatangwa mu gufasha abakobwa n'abagore kubona ibikoresho vy'isuku bifashisha mu gihe co kuja mu butinyanka, mu mugambi yise AGATEKA. Francoise Nibizi, aherutse guhabwa igihembo n'ikigo gikomeye Johnson and Johnson co muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika kubera ivyo bikorwa vyiwe.
/http%3A%2F%2Fpbs.twimg.com%2Fprofile_images%2F740693396336082944%2F1w2tpjoZ_normal.jpg)
