Benshi bafatiwe mu myiyerekano yo kwiyamiriza...
Benshi bafatiwe mu myiyerekano yo kwiyamiriza Putin - BBC Gahuza https://t.co/KAX0muFf2A
April 30, 2017
/https%3A%2F%2Fichef-1.bbci.co.uk%2Fnews%2F1024%2Fbranded_gahuza%2FB6C9%2Fproduction%2F_95839764_russia_protest.jpg)
Benshi bafatiwe mu myiyerekano yo kwiyamiriza Putin - BBC Gahuza
Abantu benshi bafatiwe mu myiyerekano mu Burusiya yo kwiyamiriza gusubira kwitoza kw'umukuru w'igihugu, Vladimir Putin, mu mwaka uza. Amakuru avuga ko abashika mirongo itatu bafatiwe mu muji wa St Petersburg, nayo abarenga mirongo itandatu bafatirwa mu muji wa Kemerovo uri mu bumanuko. Abategura ibikorwa vy'abatavuga rumwe na leta babujijwe kwitabira iyo myiyerekano mu gihugu bose.