Urwanda rwagirizwa gushaka kwica Willy Nyamitwe
Urwanda rwagirizwa gushaka kwica Willy Nyamitwe https://t.co/uTeYOUwh30
November 30, 2016
Urwanda rwagirizwa gushaka kwica Willy Nyamitwe - BBC Gahuza
Gushika ubu umuntu umwe, umusirikare w'ipeta rya "caporal" ni we amaze gufatwa yagirizwa ico gitero, abandi bari muri uwo mugambi wo kugandagura Willy Nyamitwe, Col Dushimagize Dieudonne batazira Gangi na caporal Nduwimana Jean Claude, bari bahagaritswe mu ndwi iheze. Abo bose, Pierre Nkurikiye avuga ko bakorana n'umugwi w'abarundi bahungiye mu Rwanda hamwe n'umusirikare umwe w'Urwanda.
http://www.bbc.com/gahuza/amakuru-38139207?ocid=socialflow_facebook