Amerika Iranegura Abashatse Kwica Nyamitwe
Amerika Iranegura Abashatse Kwica Nyamitwe https://t.co/uSfJtPLcM6
November 30, 2016
/https%3A%2F%2Fgdb.voanews.com%2F250BB942-E85D-4C6D-A438-EC5EC9F78CB7_mw1024_mh1024_s.jpg)
Amerika Iranegura Abashatse Kwica Nyamitwe
Ubuserukizi bwa Reta zunze ubumwe z'Amerika mu Burundi butangaza ko bwiyamirije igitero cabaye kuwa mirongo ibiri n'umunani munyonyo; aho bashaka kugandagura umuhanuzi mukuru muvyo kumenyesha amakuru