COMMÉMORATION 6 avril 2016 Bruxelles...
COMMÉMORATION 6 avril 2016 Bruxelles https://t.co/TyINo3jJHZ
April 08, 2016
/https%3A%2F%2Fi.ytimg.com%2Fvi%2F19ZTgNn6c-8%2Fhqdefault.jpg)
Ku ya 06-4-2016 I Bruseli habaye umuhango wo kwibuka abacu bose bazize intambara n'itsembatsemba
Iyi videyo irerekana uko imihango yo kwibuka abacu yagenze n'ijambo rikomeye Matata yavuze yerekana ko kubuza abantu kwibuka ababo ari byo kuba "négationniste".