Burundi : Ijambo prezida Nkurunziza yabwiye Abarundi abahumuriza inyuma y'iyicwa rya Général Adolphe Nshimirimana
Ijambo ryo guhumuriza inyuma y'igandagurwa rya General Adolphe Nshimirimana
Barundi, Barundikazi. Imbere ya vyose, Twagomba tubanze tubasabe mudufashe dushimire Imana Rugiravyose yo itanga ubuzima kandi ari nayo yo nyene ifise uburenganzira bwo kubusubirako. Kur...