BBC Gahuza - Burundi: Igitero mu ntara ya Kayanza ...
BBC Gahuza - Burundi: Igitero mu ntara ya Kayanza http://t.co/jzeBVTE6Xw
July 11, 2015
Burundi: Igitero mu ntara ya Kayanza - BBC Gahuza
Buramatari w'intara ya Kayanza yemeza ko habaye uruhagarara muri komine Kabarore, kubera amasasu menshi yumvikanye mur'ako gace. Buramatari Canesius Ndayimanisha aremeza ko abateye aho muri komine Kabarore baje bava mu Rwanda kandi hari abishikanye ku gisirikare. Yabwiye BBC ko yarungitse intumwa ahabereye ico gitero kugirango amenye inkuru y'imvaho.