Uburundi burasaba inama y'akarere ku matati bafitaniye n'Urwanda
Uburundi burasaba inama y'akarere ku matati bafitaniye n'Urwanda
Prezida Nkurunziza w'Uburundi yandikiye umuhuza w'abarundi Kaguta Yoweri Museveni amusaba gukoranya inama idasanzwe y'abakuru b'ibihugu bigize ishirahamwe ryo mu buseruko bwa Afrika yo gutorera ...