FDRL yemeza ibivugwa n'u Rwanda ko batanye mu mitwe kuwa Mungu uheze
https://www.bbc.com/gahuza/46531109
Umugwi FDRL urwanya ubutegetsi bw'u Rwanda wemeza ibivugwa na leta y'u Rwanda ko batanye mu mitwe kuwa Mungu uheze, ngo ariko "kwari ukwivuna".
Umuvugizi wa FDLR yabwiye BBC ko abasirikare b'u Rwanda bari bagiye gutahukana impunzi ku nguvu, abarwanyi ba FDLR baca batana mu mitwe nabo barabakurikirana gushika mu Rwanda.
Ejo kuwa mbere umukuru w'akarere ka Rubavu, Gilbert Habyarimana, yabwiye BBC ko abarwanyi ba FDRL bateye i Busasamana hakomereka umunyagihugu w'umunyarwanda umwe, hicwa indwi muri abo bateye.
Iki ni ikiganiro umuvigizi wa FDLR, Laforge Fils Bazeye, yagiranye na Prime Ndikumagenge wa BBC.