Burundi : Amb. JMV Ndagijimana mu kiganiro "Murisanga" cy'Ijwi rya Amerika (VOA) hamwe na Prezida Sylvestre Ntibantunganya na Honorable Édouard Nduwimana
BURUNDI: Imibonano Y'abarundi Ntiyihuta
Haraheze indwi zibiri zirenga imibonona y'Abarundi y'incuro igira kabiri, irangiye I Arusha mu gihugu ca Tanzania. Gushika ubu ariko, nta makuru aratangazwa yerekeye irindi sango.
Écouter Murisanga par radiyoyacuvoa #np sur #SoundCloud https://t.co/8b9uf52Btz Abatumirwa = S. NTIBANTUNGANYA, E NDUWIMANA, JMV NDAGIJIMANA
July 28, 2016