Overblog
Editer l'article Suivre ce blog Administration + Créer mon blog

Archives

Publié par La Tribune Franco-Rwandaise

ITANGAZO RIVUYE MUBIRO BIKURU VY'UMURU W'IGIHUGU NTARE RUSHATSI N'IBIRO BIKURU VY'UMUGAMBWE CNDD-FDD* 

Kuri uwu musi wakabiri itariki 09-06-2020  ibiro bikuru vy'umukuru w'igihugu nibiro bikuru vy'umugambwe cndd - fdd twifatanije n'umuryango wa nyen'icubahiro Pierre Nkurunziza akaba umuhuza yamaho atazopfa...  

Turi n'umubabaro ntangere wogutangariza abarundi ko Nyenicubahiro Nkurunziza Pierre  yikabanuye iyisi ejo itariki 08-06-2020  nyuma y'umutaga ahitanywe n'ingwara y'icaduka   yamukubiranije bukumbi. Eka numufasha wiwe ntawuzi ko arokoka ageze mumayorabiri, 
Dusavye dushimitse  ko abarundi bokwihangana kuriyi nkuru y'incamugongo bakaguma bafumbatiye umutekano wabo  mugihugu cose.  Ntibahahamuke 
Inzego z'intwaro niz umutekano guhera kuntara gushika ku gacimbiri zisabwe kwubahiriza rino tangazo. 

Ikiziga ca Nyenicubahiro catwawe kure kubwumutekano wiwe nkuko yavyisabiye. 
Kubijanye no kumushingura tuzobibamenyesha vuba murakoze. 

Bikorewe i Bujumbura 

*Umukuru w'inama nshingamateka, Umukuru w'inama* *Nkenguzamateka*
*Umuhanuzi mukuru w'umukuru w'igihugu n'umukuru w'umugambwe cndd-fdd*. 

09-06-2020

Pour être informé des derniers articles, inscrivez vous :
Commenter cet article