Uburundi buragabisha akanama ka Onu k'agateka ka muntu
/https%3A%2F%2Fichef.bbci.co.uk%2Fnews%2F1024%2Fbranded_gahuza%2F11F41%2Fproduction%2F_103473537_8560a5c3-b5ec-4ea4-a302-d67f6913dde9.jpg)
Uburundi buragabisha akanama ka Onu k'agateka ka muntu
Itororokanirizo ry'amakuru Reuters rivuga ko Uburundi bugabisha ko bushobora gukura akarenge mu kanama ka Onu kajejwe agateka ka zina muntu no kwitwarira ababandanya kubwagiriza ivyaha. Akanama ka ...