Leta ya Amerika yahumurije abenegihugu bayo ibamenyesha ko UBurundi ari nyabagendwa
/https%3A%2F%2Fgdb.voanews.com%2FFDAEFA1F-3DFE-4D9A-A605-CF06C2BF23EF_mw1024_mh1024_s.jpg)
USA: Abanyamerika Barasubira Kugendera Uburundi
Amerika imenyesha kw'imiryango y'abakorera reta zunze ubumwe z'Amerika mu Burundi, co kimwe n'abandi bakozi badakenewe cane basubira mu Burundi. Reta zunzubumwe z'Amerika imenyesha kw'imiryango ...
Pour être informé des derniers articles, inscrivez vous :