BBC Gahuza - Burkina Faso yasubiye guhakwa kubamwo...
BBC Gahuza - Burkina Faso yasubiye guhakwa kubamwo coup d'etat https://t.co/56fcSTvlC8
October 22, 2016
Burkina Faso yasubiye guhakwa kubamwo coup d'etat - BBC Gahuza
Umushikiranganji w'intwaro yo hagati muri Burkina Faso yavuze ko bapfubije igikorwa co kugerageza gutembagaza ubutegetsi mu ntango za kuno kwezi. Yavuze ko umugwi w'abantu mirongo itatu bashigikiye uwahoze ari umukuru w'igihugu yabogojwe, Blaise Compaore, ari bo bari babiri inyuma. Ngo bariko barategura gutera ibohero rya gisirikare ngo babohore abapfungiwe gushaka gutembagaza ubutegetsi mu mwaka uheze.
http://www.bbc.com/gahuza/37728744?post_id=257769441273836_308551732862273