30 Avril 2017
Papa Francis asaba inama kuri Amerika na Korea ya ruguru - BBC Gahuza https://t.co/mv8EyK0C8m
TFR_INFO (@TFR_INFO)April 30, 2017
Papa Francis asaba inama kuri Amerika na Korea ya ruguru - BBC Gahuza
Umwungere wa ekleziya Gatolika, Papa Francis, yasavye amakungu gutegura ibiganiro hagati ya Leta Zunze Ubumwe za Amerika na Korea ya ruguru. Ashaka ko umugambi w'inguvu za nucleaire wa Korea ya ruguru woganirwako bigizwemwo uruhara n'amakungu yose. Yavuze ko ibintu bimaze gushuha kandi yagiriza ishirahamwe mpuzamakungu, ONU, kuba ryarananiwe gufata iki kibazo mu minwe avuga ko cafashwe minenerwe.